Yohana 4:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe50 Yesu aramwishura ati: “Nutahe, umwana wawe ni muzima.” Nuko wa muntu yizera amajambo ya Yesu, aca arataha. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)50 Yesu aramubarira, ati Ni wīgīre, umwana wawe ni muzima. Uwo muntu yizera ijambo Yesu amubgiye, aragenda. Gade chapit la |