Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Nuko ashika mu gisagara c’i Samariya citwa Sukara, hafi y’itongo Yakobo yari yarahaye umuhungu wiwe Yosefu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Nukw ashika ku gisagara c’i Samariya citwa Sukara, hafi y’umusozi Yakobo yahaye Yosefu, umuhungu wiwe,

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:5
9 Referans Kwoze  

Wewe uruta sogokuruza Yakobo yaduhaye iri riba kandi na we ubwiwe akanywa amazi yaryo, n’abana biwe n’ibitungwa vyiwe?”


Aca arungika abamwitangira imbere, baja mu mihana y’i Samariya kugira ngo bamutegurire aho azoshikira.


Aho ni ho hari iriba rya Yakobo. Yesu aruhijwe n’urugendo, yicara kuri iryo riba. Aho hari nk’isaha zitandatu z’umurango.


(Ico gihe, abigishwa biwe bari bagiye mu gisagara kurondera ivyokurya.)


Nuko Abasamariya benshi bo muri ico gisagara bizera Yesu kubera wa mugore yababwiye ati: “Yambwiye ivyo nakoze vyose.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite