Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Kuko wa mugani uvuga ukuri ngo: ‘Umwe arabiba, uwundi akimbura.’

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Kuko mur’ ivyo ari ho iri jambo rimenyekanira kw ar’ iry’ ukuri, ngo Habiba umwe, hakimbura uwundi.

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:37
7 Referans Kwoze  

Naratinye kuko nzi ko uri umuntu agoye; wanura ivyo utanikiye, ukimbura ivyo utarimye.’


N’ubu, uwimbura ariko arahabwa impembo yiwe kandi ariko aregeraniriza ivyimburwa mu bugingo budashira, kugira ngo uwubiba n’uwimbura bazonezeranwe.


Nabarungitse kwimbura aho mutabiriye akuya. Abandi baracumukuye, none ni mwebwe mwironkeye inyungu mu buruhe bwabo.”


Ndababwire ukuri, uwunyizera wese azokora ibikorwa nk’ivyo nakoze, mbere azokora n’ibibiruta, kuko jewe ngiye kuja kwa Data.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite