Yohana 4:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 N’ubu, uwimbura ariko arahabwa impembo yiwe kandi ariko aregeraniriza ivyimburwa mu bugingo budashira, kugira ngo uwubiba n’uwimbura bazonezeranwe. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Umwimbuzi aragererwa, yegeraniriza ivyimburwa mu bugingo budashira; kugira ng’ ūbiba n’uwimbura banezeranwe. Gade chapit la |