Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:28 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

28 Wa mugore asiga umubindi wiwe kw’iriba, asubira mu gisagara, abarira abantu ati:

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Maz’ uno mugore asiga umubindi wiwe hano, asubira mu gisagara, abgira abantu,

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:28
8 Referans Kwoze  

Nuko haza umugore w’Umunyasamariya kuvoma amazi, Yesu aramubwira ati: “Mpa amazi yo kunywa.”


Ubwo nyene baca barahaguruka basubira i Yerusalemu. Bashitseyo, basanga bamwe cumi n’umwe n’abari kumwe na bo bakoraniye hamwe,


Bagarutse bavuye ku mva, bashika babarira bamwe cumi n’umwe n’abandi bose ivyabaye vyose.


Abo bagore baca bava ku mva, bagenda bihuta. Bari bafise ubwoba ariko kandi bafise n’akanyamuneza kenshi. Nuko bariruka baja kubwira abigishwa biwe iyo nkuru.


Muri ako kanya, abigishwa biwe baragaruka, maze batangazwa cane no kubona Yesu ariko aravugana n’umugore. Ariko ntihagira uwubahuka kumubaza ati: “Ushaka iki?” canke ati: “Ni kuki uvugana n’uwo mugore?”


“Nimuze murabe umuntu yambwiye ivyo nakoze vyose. Ashobora kuba ari we Kristo.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite