Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 Muri ako kanya, abigishwa biwe baragaruka, maze batangazwa cane no kubona Yesu ariko aravugana n’umugore. Ariko ntihagira uwubahuka kumubaza ati: “Ushaka iki?” canke ati: “Ni kuki uvugana n’uwo mugore?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Bun’ abigishwa biwe barashika, batangazwa n’ukw avugana n’umugore: ariko nta wavuze, at’ Urondera iki? Canke ngo Muvuganira na we iki?

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:27
4 Referans Kwoze  

Wa Mufarisayo yamutumira abibonye, atangura kwivugana mu mutima ati: “Iyaba uwu muntu yari uwuvugishwa n’Imana, yari kumenya uwuriko aramukorako, akamenya uwu mugore uwo ari we, ko ari umunyavyaha.”


Yesu avyumvise aratangara cane, abwira abariko baramukurikira ati: “Ndababwire ukuri, nta muntu n’umwe muri Isirayeli nari bwabonane ukwizera gukomeye nk’uku.


Wa mugore asiga umubindi wiwe kw’iriba, asubira mu gisagara, abarira abantu ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite