Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

2 Ariko Yesu ubwiwe si we yabatiza, ahubwo bari abigishwa biwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 (ariko Yesu ubgiwe si we yabatiza, bār’ abigishwa biwe),

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:2
5 Referans Kwoze  

Nuko asaba ko bababatiza mw’Izina rya Yesu Kristo. Baca binginga Petero ngo amarane na bo imisi na mikeya.


Yesu n’abigishwa biwe na bo bari batumiwe muri ubwo bukwe.


Hanyuma y’ivyo, Yesu ajana n’abigishwa biwe mu ntara ya Yudaya, agumana na bo igihe abatiza.


Nuko baza aho Yohana ari bamubwira bati: “Rabi, wa muntu yari kumwe na we hakurya y’uruzi Yorodani, umwe washingira intahe, ariko arabatiza kandi abantu bose baja iyo ari.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite