Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 4:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Kuko wabanye n’abagabo batanu, kandi n’uwo muri kumwe ubu si umugabo wawe. Ivyo uvuze ni ukuri.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 kuko war’ ufise abagabo batanu, arik’ uwo ufise ubu s’umugabo wawe; ivyo ubivuze ukuri.

Gade chapit la Kopi




Yohana 4:18
16 Referans Kwoze  

Kandi iyo umugore yahukanye n’umugabo wiwe akarongorwa n’uwundi mugabo, aba asambanye.”


Bishitse akarongorwa n’uwundi mugabo kandi uwa mbere akiriho, bamwita umusambanyikazi. Ariko iyo umugabo wiwe wa mbere apfuye, amategeko ntaba akimubuza kurongorwa n’uwundi mugabo, kandi iyo abikoze ntaba asambanye.


Ukwubakana kwubahirizwe na bose, kandi ntihakagire icanduza uburiri bw’abubakanye; kuko Imana izocira urubanza abagendera mu bushakanyi no mu busambanyi.


Aramwishura ati: “Nta mugabo mfise.” Yesu aramubwira ati: “Uvuze ukuri! Nta mugabo ufise.


Wa mugore aramwishura ati: “Nyakwubahwa, ndabona ko uri uwuvugishwa n’Imana.


Yesu aramubwira ati: “Genda uhamagare umugabo wawe uce ugaruka.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite