Yohana 4:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Wewe uruta sogokuruza Yakobo yaduhaye iri riba kandi na we ubwiwe akanywa amazi yaryo, n’abana biwe n’ibitungwa vyiwe?” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Mbeg’ uruta sogokuruza wacu Yakobo, yaduhaye iri riba, yanywa amazi yaryo, ubgiwe n’abana biwe, n’amasho yiwe? Gade chapit la |