Yohana 3:33 - Bibiliya mu Kirundi coroshe33 Ariko uwemera intahe yiwe wese aba yemeje ko Imana ivuga ukuri. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)33 Uwemeye ugushinga intahe kwiwe aba ateye igikumu ngw Imana n’iy’ ukuri. Gade chapit la |
Yakebwe mu nyuma, kandi ukwo gukebwa kwiwe cari ikimenyetso cerekana ko kubera ukwizera kwiwe, Imana yari yaramaze kumwemera nk’uwugororotse imbere yuko akebwa. Gutyo, mu buryo bw’impwemu Aburahamu ni we sekuruza w’abizera bose naho boba batakebwe, kandi Imana irabemera ko bagororotse, kubera ukwizera kwabo.