Yohana 3:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ico gihe Yohana na we yariko arabatiriza ahitwa Ayinoni hafi y’i Salimu, kuko hari amazi menshi, kandi abantu baguma baza kubatizwa. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Kandi Yohana na we yabatiriza ahitwa Ayinoni, hafi y’i Salimu, kukw aho har’ amazi menshi, abantu bāraza bakabatizwa, Gade chapit la |