Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Hari umuntu yitwa Nikodemu, yari Umufarisayo akaba n’umwe mu bagize inama nkuru y’idini ry’Abayuda.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Hār’ umuntu mu Bafarisayo, yitwa Nikodemo, yar’ umukuru wo mu Bayuda;

Gade chapit la Kopi




Yohana 3:1
5 Referans Kwoze  

Yari kumwe na Nikodemu, umwe yagendera Yesu mw’ijoro. Nikodemu yari yaje azanye nk’ibiro mirongo itatu vy’ibimota neza.


Yesu aramwishura ati: “Wewe ko uri umwigisha yubashwe muri Isirayeli, bigenda gute ngo ntutahure ibi?


Pilato aca akoranya abakuru b’abaherezi, abatware n’abari aho bose,


Raba, ariko aravuga ku mugaragaro, kandi nta co bamugize. None abakuru boba bemeye vy’ukuri ko ari we Kristo?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite