Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 21:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Bururutse ubwato babona umuriro w’amakara wokejeko ifi, babona n’imikate.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Bafashe i musozi, babonah’ umuriro w’amakara n’ifi zigeretseko, n’umutsima.

Gade chapit la Kopi




Yohana 21:9
10 Referans Kwoze  

Nuko Yesu arabegera, abagaburira wa mukate, abaha n’ifi.


Yesu arababwira ati: “Nimuzane zimwe muri izo muhejeje kuroba.”


Kubera hari hakanye, abakozi n’abarinzi baciye bacana umuriro, bahagarara i ruhande yawo bota. Petero na we nyene ahagararana na bo yota.


Ninabarungika bashonje, bahava bagwira isari mu nzira, kuko bamwe muri bo bavuye kure.”


Kuva ako kanya Satani aca aramureka, maze abamarayika baraza baramukorera.


“Hano hariho umuhungu afise imikate y’ingano itanu n’ifi zibiri. Ariko vyomara iki ku bantu bangana uku?”


Yesu afata ya mikate, ayishimira Imana, ayiha abari bicaye aho. Na za fi azigenza uko. Abantu bararya barikura.


Abandi bigishwa bagumye mu bwato bakwegera rwa rusenga rwuzuye ifi ku nkengera, kuko bari nko ku metero ijana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite