Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 21:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Arababwira ati: “Nimuterere urusenga ku ruhande rw’i buryo bw’ubwato, muraronka.” Nuko baterera urusenga, maze ntibashobora kurukwega kubera ifi zari nyinshi.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Arababgira, ati Ni muterere urusenga i buryo bg’ubgato, muraronka. Nuko baraterera, ntibāba bakibasha kurukwega, kukw ifi zar’ isinzi.

Gade chapit la Kopi




Yohana 21:6
8 Referans Kwoze  

Nuko abizeye ayo majambo ya Petero barabatizwa, abashika ibihumbi bitatu biyongera ku gitigiri c’abizera.


Ariko benshi mu bumvise ubutumwa barizeye, igitigiri c’abizera kirongerekana gushika hafi ibihumbi bitanu.


Ariko Mariya abwira abakozi ati: “Ico ababwira cose mugikore.”


imvura yaraguye, inzuzi ziruzura, igihuhusi kirahuhuta, vyisuka kuri nya nzu, hanyuma irasenyuka kandi isenyuka ryayo riba irikomeye.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite