Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 21:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Petero amubonye abaza Yesu ati: “Mwami, urya we ivyiwe bizogenda gute?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Nuko Petero amubonye, abaza Yesu, ati Mugenzi, uyu we bizoba bite?

Gade chapit la Kopi




Yohana 21:21
5 Referans Kwoze  

Nuko Petero arahindukira abona wa mwigishwa Yesu yakunda ariko arabakurikira. (Uwo ni umwe yari yegamiye mu gikiriza ca Yesu bariko barafungura akamubaza ati: “Mwami, ni nde agiye kukugurisha?”)


Yesu aramwishura ati: “Nimba nshaka ko abaho gushika ngarutse, ivyo bigutwaye iki? Wewe nkurikira gusa.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite