Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 21:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Nuko Petero arahindukira abona wa mwigishwa Yesu yakunda ariko arabakurikira. (Uwo ni umwe yari yegamiye mu gikiriza ca Yesu bariko barafungura akamubaza ati: “Mwami, ni nde agiye kukugurisha?”)

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Petero arakebuka, abona wa mwigishwa Yesu yakunda abakurikiye, umwe yari yegamiye mu gikiriza ca Yesu hamwe bāsangira, akamubaza, ati Mugenzi, ni nde azokugura?

Gade chapit la Kopi




Yohana 21:20
6 Referans Kwoze  

Wa mwigishwa Yesu yakunda abwira Petero ati: “Ni Umwami!” Simoni Petero yumvise ko ari Umwami, aca yambara impuzu yiwe yo hejuru (kuko yari yayikuye) asimbira mu mazi.


Nuko ariruka aja kurondera Simoni Petero na wa mwigishwa wundi Yesu yakunda, arababwira ati: “Bakuye Umwami mu mva, kandi ntituzi iyo bamushize.”


Uwo mwigishwa ni we ashingira intahe ivyo kandi ni na we yavyanditse. Kandi turazi ko intahe yiwe ari iy’ukuri.


Nimuvyuke tugende kuko uwangurishije arashitse.”


Petero amubonye abaza Yesu ati: “Mwami, urya we ivyiwe bizogenda gute?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite