13 Nuko Yesu arabegera, abagaburira wa mukate, abaha n’ifi.
13 Yesu araza, yābīra umutsima, arawubaha, n’ifi n’uko.
Bururutse ubwato babona umuriro w’amakara wokejeko ifi, babona n’imikate.
Ntiyabonywe na bose, kiretse twebwe abo Imana yari yaratoranije nk’ivyabona, twasangiye na we amaze kuzuka mu bapfuye.
“Hano hariho umuhungu afise imikate y’ingano itanu n’ifi zibiri. Ariko vyomara iki ku bantu bangana uku?”
Yesu afata ya mikate, ayishimira Imana, ayiha abari bicaye aho. Na za fi azigenza uko. Abantu bararya barikura.
Yesu arababwira ati: “Nimuzane zimwe muri izo muhejeje kuroba.”