Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 20:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

5 Maze arunama araba mu mva, abonayo vya bitambara vyera ariko ntiyinjira.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Yunamye, arungurutseyo, abona za mpuzu zera derere zirambitseho, ariko ntiyinjira.

Gade chapit la Kopi




Yohana 20:5
5 Referans Kwoze  

Nuko bafata ikiziga ca Yesu bakizingira mu bitambara vyera, bashiramwo na vya bimota neza, nk’uko Abayuda babigenza mu guhamba.


Ariko Mariya yari ahagaze hanze, hafi y’imva, arira. Akiriko ararira arunama araba mu mva,


Wa muntu yari yarapfuye arasohoka, amaboko n’ibirenge vyiwe bikizingiriyeko impuzu bamuhamvyemwo, mu maso hiwe hazingiriyeko igitambara. Yesu arababwira ati: “Nimumubohore, mumureke agendagende.”


Uko ari babiri bagiye biruka, ariko wa mwigishwa wundi ariruka asiga Petero, ashika ku mva ubwa mbere.


Simoni Petero na we ashika inyuma yiwe, yinjira mu mva, abonayo vya bitambara vyera,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite