Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 20:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

3 Petero n’uwo mwigishwa wundi bafata inzira baja ku mva.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Nuko Petero arasohoka, na wa mwigishwa wundi, baja ku mva.

Gade chapit la Kopi




Yohana 20:3
2 Referans Kwoze  

Ariko Petero we arahaguruka agenda yiruka aja ku mva. Ashitseyo, arunama araba mu mva, abona vya bitambara vyera gusa, aca asubira inyuma yibaza ivyabaye.


Uko ari babiri bagiye biruka, ariko wa mwigishwa wundi ariruka asiga Petero, ashika ku mva ubwa mbere.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite