Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 20:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 abona abamarayika babiri bambaye impuzu zera, bicaye aho ikiziga ca Yesu cari kiryamye, umwe ahari umutwe, uwundi ahari ibirenge.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 abona abamarayika babiri bambaye impuzu zera, bicaye umwe ku mutwe, uwundi mu mirambizo y’ah’ ikiziga ca Yesu cari kiryamye.

Gade chapit la Kopi




Yohana 20:12
10 Referans Kwoze  

Ariko uracafise abantu bakeya i Sarudi batanduje impuzu zabo. Abo bazogendana nanje bambaye imyambaro yera kuko birababereye.


Nca ndamwishura nti: “Nyakwubahwa, ni we wobimenya.” Aca avuga ati: “Aba ni abavuye muri rya hamwa rikomeye, bamesuye amakanzu yabo, bayezesha amaraso ya wa Mwagazi.


Bakirangamije mu kirere baraba ingene aduga, haboneka abagabo babiri bambaye amakanzu yera, bahagarara i ruhande yabo.


Bari ngaho, akayanganira imbere yabo, mu maso hiwe hakaka nk’izuba, impuzu ziwe zica ibibatsi kandi zera derere kurya kw’umuco.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite