Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 2:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Nuko wa muteretsi yumviriza ya mazi yari yamaze guhinduka umuvinyu. Ntiyari azi aho yavuye, ariko abakozi bayadashe bo bari bahazi. Ni ko guhamagara umukwe,

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Umuteretsi yumvirije amazi yāhindutse vino, ntiyamenye iy’ ivuye, arikw abasuku bādashe amazi bari babizi; uwo muteretsi ahamagara umukwe,

Gade chapit la Kopi




Yohana 2:9
6 Referans Kwoze  

Yongera kuja i Kana mu ntara ya Galilaya, hamwe yahindura amazi umuvinyu. Aho hari umutware yakora i bwami yari afise umuhungu arwariye i Kaperinawumu.


Umuntu wese ahisemwo gukora ivyo Imana ishaka azotahura nimba inyigisho zanje ziva ku Mana canke ko ari amajambo yanje gusa.


Yesu arabishura ati: “Mbega abatumire b’umukwe bogandara bakiri kumwe na we? Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe rero bazoheza bisonzeshe.


Abasoda bamuha umuvinyu w’inkarisha, ariko amaze kuwumviriza, yanka kuwunywa.


Maze arababwira ati: “Nimudaheko mushire umuteretsi.” Na bo babikora nk’uko ababwiye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite