Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 2:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

8 Maze arababwira ati: “Nimudaheko mushire umuteretsi.” Na bo babikora nk’uko ababwiye.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Arababarira, ati Mudahe ubu nyene, mushīre umuteretsi mukuru. Baramushīra.

Gade chapit la Kopi




Yohana 2:8
5 Referans Kwoze  

Nuko wa muteretsi yumviriza ya mazi yari yamaze guhinduka umuvinyu. Ntiyari azi aho yavuye, ariko abakozi bayadashe bo bari bahazi. Ni ko guhamagara umukwe,


Uhe umuntu wese ivyo akwiriye guhabwa: abakwiriye guhabwa amakori mubahe amakori, uwukwiriye gutinywa mumutinye, uwukwiriye iteka mumutere iteka.


Yesu abwira abakozi ati: “Nimwuzuze izo mpange amazi.” Nuko barazuzuza gushika ku mbiga.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite