Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 2:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Yesu abwira abakozi ati: “Nimwuzuze izo mpange amazi.” Nuko barazuzuza gushika ku mbiga.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Yesu arababarira, ati Ni mwuzuze izo ntango amazi. Bazuzuza kugeza ku mbiga.

Gade chapit la Kopi




Yohana 2:7
12 Referans Kwoze  

Ariko Mariya abwira abakozi ati: “Ico ababwira cose mugikore.”


Umuvinyu uheze urubanza rutarahera, Mariya nyina wa Yesu abwira Yesu ati: “Nta muvinyu basigaranye.”


Hafi yaho hari impange z’amazi zibajwe mu mabuye Abayuda bakoresha mu mugenzo wabo wo kwihumanura, kandi impange imwe yashobora kujamwo nk’amaritiro ijana.


Maze arababwira ati: “Nimudaheko mushire umuteretsi.” Na bo babikora nk’uko ababwiye.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite