Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 2:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

25 Ntiyari akeneye ko bamubwira uko umuntu ameze, kuko yari azi ibiri mu mutima w’umuntu wese.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 ntiyarinda ko hogira ūshingira intahe ivy’ umuntu, kuk’ ubgiwe yar’ azi ibiri mu muntu.

Gade chapit la Kopi




Yohana 2:25
9 Referans Kwoze  

Yesu yari azi uwugiye kumugurisha, ni co gituma yavuze ko batari batunganye bose.


Yesu amenye ivyo biyumviriye, aca ababwira ati: “Ni igiki kibateye kwiyumvira nabi mu mitima yanyu?


Ariko bamwe muri mwebwe ntibizera.” Kuko kuva mu ntago, Yesu yari azi abatizera n’uwuzomugurisha.


Yesu amenye ko abigishwa biwe bariko baridoga, arababaza ati: “Mbega ivyo ndababwiye birabatsitaje?


Maze aca amuzana aho Yesu ari. Nuko Yesu yihweza Petero, aramubwira ati: “Uri Simoni mwene Yohana, ariko ugiye kwitwa Kefa” (bisigura Petero).


Yesu abonye Natanayeli aje amutumbereye, amuvugako ati: “Ng’uwu Umwisirayeli w’ukuri atagira ubugunge.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite