Yohana 2:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Yesu ari i Yerusalemu ku Musi mukuru wa Pasika, abantu benshi baramwizeye babonye ibitangaza akora. Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Kandi yar’i Yerusalemu mu misi mikuru ya Pasika, benshi bizera izina ryiwe, babonye ibimenyetso akora. Gade chapit la |