Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 2:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Na bo baramwishura bati: “Kwubaka uru rusengero vyafashe imyaka mirongo ine n’itandatu, none nawe uvuga ko worwubaka mu misi itatu?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Maz’ Abayuda bat’ Uru rusengero rwubatswe imyaka mirongwine n’itandatu: none wewe uzoruhagarika mu misi itatu?

Gade chapit la Kopi




Yohana 2:20
6 Referans Kwoze  

Iyi ni yo ntahe Yohana yashinze igihe abakuru b’Abayuda b’i Yerusalemu bamutumako abaherezi n’Abalewi ngo bamubaze uwo ari we.


ko yahambwe hanyuma akazuka ku musi ugira gatatu nk’uko Ivyanditswe bibivuga,


Yesu ariko arasohoka ava mu rusengero, abigishwa biwe baramwegera, bamwereka ingene urusengero rwubatse.


Bamwe mu bigishwa batangura gushima ingene urusengero rwari rusharijwe n’amabuye meza cane hamwe n’ibindi vyashikaniwe Imana vyo kurushariza. Maze Yesu arababwira ati:


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite