Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Ashitse mu rusengero, ahasanga abantu bariko baradandaza inka, intama n’inuma; n’abandi bicaye bariko baravunja amafaranga ku mameza.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Asanga mu rusengero abadandarizah’ inka n’intama n’inuma, n’abavunja amahera bicaye.

Gade chapit la Kopi




Yohana 2:14
8 Referans Kwoze  

Yesu ashitse i Yerusalemu, yinjira mu rusengero atangura kwirukana abadandaza n’abariko baragura. Ahenagura imeza z’abavunja amahera hamwe n’intebe z’abadandaza inuma,


Nuko aca arabigisha ati: “Mbega Ivyanditswe ntibivuga ngo: ‘Inzu yanje izoba iyo gusengerwamwo n’amahanga yose’ ? Ariko mweho mwayihinduye ‘ubwihisho bw’ibisuma.’”


Yesu atora imigozi ayitsibamwo ikimoko, yirukana abantu bose mu rusengero, asohora n’intama n’inka, asanzaza ibiceri vy’abavunja amafaranga, atembagariza n’imeza zabo hasi.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite