Yohana 19:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Abakuru b’Abayuda baramwishura bati: “Dukurikije ivyagezwe vyacu, akwiye gupfa kuko yiyise Umwana w’Imana.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Abayuda baramwishura, bati Twebge dufise icagezwe, kandi kubg’ ico cagezwe akwiye gupfa, kuko yigize Umwana w’Imana. Gade chapit la |