Yohana 19:5 - Bibiliya mu Kirundi coroshe5 Nuko Yesu asohoka yambaye urugori rw’amahwa ku mutwe n’impuzu y’ubwami. Pilato arababwira ati: “Ng’uwu wa muntu!” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Nuko Yesu asohoka yambaye ico gitsibo c’amahwa na ya mpuzu y’inyambarabami. Pilato arababgira, at’ Ehe rāba uwo muntu! Gade chapit la |