Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Nuko bafata ikiziga ca Yesu bakizingira mu bitambara vyera, bashiramwo na vya bimota neza, nk’uko Abayuda babigenza mu guhamba.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Nuko bābīra ikiziga ca Yesu, bakizingira mu mpuzu zera derere, hamwe n’ivyo bimota neza, nk’uk’ umugenzo w’Abayuda wo guhamba war’ uri.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:40
9 Referans Kwoze  

Wa muntu yari yarapfuye arasohoka, amaboko n’ibirenge vyiwe bikizingiriyeko impuzu bamuhamvyemwo, mu maso hiwe hazingiriyeko igitambara. Yesu arababwira ati: “Nimumubohore, mumureke agendagende.”


Maze abasore bari aho bava hasi, batekera ikiziga ciwe bakijana kugihamba.


Ariko Petero we arahaguruka agenda yiruka aja ku mva. Ashitseyo, arunama araba mu mva, abona vya bitambara vyera gusa, aca asubira inyuma yibaza ivyabaye.


Ansutseko aya mavuta kugira ngo umubiri wanje awutegurire guhambwa.


Akoze ivyo ashoboye. Asutse aya mavuta ku mubiri wanje imbere y’igihe, kugira ngo awutegurire guhambwa.


Yesu arishura ati: “Nimureke kumugora! Ibi abikoze nk’uwuntegurira guhambwa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite