Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Inyuma y’ivyo, Yosefu w’i Arimataya asaba Pilato uruhusha rwo kumanura ikiziga ca Yesu. Uwo Yosefu yari umwigishwa wa Yesu, ariko mu kinyegero, kuko yatinya abakuru b’Abayuda. Pilato amwemereye, Yosefu araza ajana ikiziga ca Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Hanyuma y’ivyo Yosefu Umunyarimataya, yar’ umwigishwa wa Yesu, ariko mu mpisho, kubgo gutinya Abayuda, yaka Pilato ikiziga ca Yesu ngw akijane: Pilato aremera; nukw araza ajana ikiziga ciwe.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:38
9 Referans Kwoze  

Kandi, bivuye ku kubohwa kwanje, bene Data ba hano barashize amanga mu Mwami, bituma bashobora kuvuga Ijambo ry’Imana bashize ubwoba.


Ariko nta n’umwe yubahuka kuvuga ivyiwe ku mugaragaro kuko batinya Abayuda.


Ariko rero benshi baramwizeye, harimwo na bamwe mu bakuru b’Abayuda. Ariko ntibavyemera ku mugaragaro kubera gutinya ko Abafarisayo babirukana mw’isinagogi;


Abavyeyi biwe bishuye uko kuko batinya abakuru b’Abayuda. Abo bakuru bari bafashe ingingo ko umuntu wese azovuga ko Yesu ari Kristo azokwirukanwa mu rusengero.


Bamaze gushitsa ivyanditswe kuri we vyose, bamumanuye ku musaraba bamushira mu mva.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite