Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:32 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

32 Nuko abasoda baraza bavuna amaguru ya bamwe babiri bari babambanywe na Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Maz’ abasoda baraza, bavuna amaguru y’uwa mbere n’ay’ uwundi yabambanywe na we.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:32
3 Referans Kwoze  

Aho ni ho bamubamvye. Hari n’abandi bantu babiri babambanywe na we: umwe hirya, uwundi hino, Yesu na we asigara hagati.


Ariko bashikiriye Yesu basanga yamaze gucikana, ntibaba bakimuvuna amaguru.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite