Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Kubera ko wari umusi wo kwitegurira Isabato idasanzwe, kuko bwaca ari Pasika; abakuru b’Abayuda ntibashaka ko abantu baguma bamanitse ku misaraba ku musi w’Isabato. Ni co catumye basaba Pilato ko babavuna amaguru, bakururutsa ibiziga vyabo.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Uwo musi war’ uwo kwitegurira Pasika; nuko kugira ngw abābambge ntibagume ku misaraba kw isabato, kuk’ uwo musi w’isabato wari mukuru, Abayuda basaba Pilato ngw amaguru yabo avunwe, kandi ngo babambūrwe.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:31
12 Referans Kwoze  

Hari nk’isaha zitandatu ku musi wo kwitegurira Pasika. Nuko Pilato abwira Abayuda ati: “Ng’uwu umwami wanyu!”


Kubera wari umusi wo kwitegurira Isabato y’Abayuda, kandi iyo mva ikaba yari hafi, Yosefu na Nikodemu baciye baryamika ikiziga ca Yesu muri iyo mva.


Uwo musi wari uwo kwitegurira Isabato, ni ukuvuga buca haba Isabato. Nuko hageze ku mugoroba,


Nuko Pilato afata Yesu ategeka ko bamutonagura.


Umusi ukurikira, hari kw’Isabato, abakuru b’abaherezi hamwe n’Abafarisayo baja kwa Pilato,


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite