Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Hafi yaho hari umubindi urimwo inkarisha, maze abasoda bafata ipampa barijobeka muri ya nkarisha, baridugisha ishami rya ezobu ku munwa wa Yesu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Aho hantu hari hateretse inkono yuzuye inkarisha, nuko bashira sipongo yuzuyemw’ inkarisha kw irenga, bayirungika ku munwa wiwe.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:29
9 Referans Kwoze  

N’abasoda baraza baramushinyagurira, bamuha inkarisha kugira ngo anywe,


Umwe ariruka afata ipampa arijobeka mu nkarisha, arishira kw’irenga, aca arariduza ku munwa wa Yesu kugira ngo amunyweshe, aravuga ati: “Reka turabe ko Eliya aza kumwururutsa amukure ku musaraba.”


Ubwo nyene, umwe muri bo ariruka afata ipampa, arijobeka mu nkarisha, arishira kw’irenga ngo ayimunyweshe.


Abasoda bamuha umuvinyu w’inkarisha, ariko amaze kuwumviriza, yanka kuwunywa.


Yesu yongera gusemerera n’ijwi rirenga, hanyuma aracikana.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite