Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

27 abwira wa mwigishwa ati: “Ng’uwo umuvyeyi wawe.” Kuva ico gihe, wa mwigishwa aca ajana Mariya iwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Maz’ abarira wa mwigishwa, ati Nguyo nyoko. Uhereye ako kanya uwo mwigishwa amujana i we.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:27
11 Referans Kwoze  

Igihe kiri hafi kandi kirashitse, aho mugiye gushwiragira, umwe wese afate inzira yiwe, munsige jenyene. Ariko sindi jenyene kuko Data ari kumwe nanje.


Yaje mu biwe, ariko abiwe ntibamwakira.


Nuko yeraguza mu bari bamukikije, avuga ati: “Aba ni bo mama kandi ni bo bene mama.


Umwami azobishura ati: ‘Ndababwire ukuri, igihe cose mwabikoreye urya muntu muto muri aba bene Data, ni jewe mwabikoreye.’


Maze Petero aramubarira ati: “Twebwe twasize ivyacu vyose turagukurikira!”


Tumaze gusezerana, duca twurira ubwato, na bo basubira iwabo.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite