Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Abakuru b’abaherezi babwira Pilato bati: “Reka kwandika ngo: ‘Umwami w’Abayuda,’ hindura wandike uti: yavuze ngo ni umwami w’Abayuda.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Nukw Abaherezi bakuru b’Abayuda babgira Pilato, bati Nta co wandika ng’ Umwami w’Abayuda, arik’ uti Yivuze ngo Ni jewe Mwami w’Abayuda.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:21
2 Referans Kwoze  

Hari nk’isaha zitandatu ku musi wo kwitegurira Pasika. Nuko Pilato abwira Abayuda ati: “Ng’uwu umwami wanyu!”


Maze Pilato ategeka ko bandika icandiko bakakimanika ku musaraba. Ico candiko cavuga ngo: yesu w’i nazareti, umwami w’abayuda.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite