Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Aho ni ho bamubamvye. Hari n’abandi bantu babiri babambanywe na we: umwe hirya, uwundi hino, Yesu na we asigara hagati.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 bamubambaho, hamwe n’abandi babiri, umwe hirya, uwundi hino, Yesu yari hagati.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:18
11 Referans Kwoze  

Kristo yadukijije umuvumo w’ivyagezwe aho yahinduka umuvumo ku bwacu, nk’uko vyanditswe ngo: “Haravumwe uwubambwe ku giti.”


Ibi vyabaye kugira ngo bishitse ico Yesu yari yaravuze igihe yavuga urupfu yari agiye gupfa.


Kandi na vya bisuma vyari bibambanywe na we na vyo biramutuka.


Duhange amaso Yesu Kristo, we yatanguje ukwizera kwacu akaba ari na we agushitsa ku gutungana. Umunezero yashizwe imbere ni wo watumye yihanganira umusaraba n’isoni zawo. Ubu yicaye mu kibanza c’iteka i buryo bw’intebe y’inganji y’Imana.


Nuko abasoda baraza bavuna amaguru ya bamwe babiri bari babambanywe na Yesu.


Uwo Yesu yatanzwe mu maboko yanyu ku bw’umugambi Imana yari yatareguye kuva kera, maze namwe mufashijwe n’abanyakibi n’abanyamahanga, mumwica mumubamvye ku musaraba.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite