Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 19:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 Kuva ako kanya, Pilato agerageza kurekura Yesu, ariko abakuru b’Abayuda babandanya basemerera bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba ukiri umugenzi wa Kayisari. Umuntu wese yiyita umwami aba agararije Kayisari.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Uhereye aho Pilato arondera uburyo bg’uko yomurekura, arikw Abayuda barasemerera, bati Ni warekura uyo, ntuzoba ucuzura na Kayisari, kuk’ uwīgira umwami wese aba agararije Kayisari.

Gade chapit la Kopi




Yohana 19:12
9 Referans Kwoze  

None rero tubwire ico wiyumvira: Mbega ivyagezwe vyacu biratwemerera gutanga ikori rya Kayisari, canke ntibibitwemerera?”


Pilato arabishura ati: “Ico nanditse, nacanditse.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite