Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ivyo yabikoze kugira ngo ashitse ico yari yavuze, aho yavuga ati: “Sinazimije n’umwe mu bo wampaye.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Ukwo kwar’ ukugira ngo rya jambo yavuze rishike, ngo Mu bo wampaye nta n’umwe najimije.

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:9
3 Referans Kwoze  

Nkiri kumwe na bo, nabazigamiye mu bushobozi bw’izina ryawe, rimwe wampa. Narabarinze kandi nta n’umwe muri bo yazimiye kiretse umwe yategerezwa kuranduka kugira ngo Ivyanditswe bishike.


Kandi ivyo uwantumye ashaka ni ibi: ko ntatakaza n’umwe mu bo yampaye, ariko ashaka ko nzobazura ku musi wa nyuma.


Na we abishura ati: “Nababwiye ko ari jewe. Nimba ari jewe murondera, nimureke aba turi kumwe bigire.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite