Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

36 Yesu aramubwira ati: “Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si. Iyo buba ubwo muri iyi si, abayoboke banje bari kungwanira bakabuza abakuru b’Abayuda kumfata. Ariko Ubwami bwanje si ubwo muri iyi si.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Yesu aramwishura, at’ Ubgami bganje s’ubgo mur’ iyi si; iyaba ubgami bganje bgar’ ubgo mur’ iyi si, abagendanyi banje baba bārwanye, ngo simpabge Abayuda. Ariko noneh’ ubgami bganje s’ubg’ ino.

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:36
14 Referans Kwoze  

Kuko igihambaye mu Bwami bw’Imana si ukurya no kunywa, ahubwo ni ubuzima bugororotse, amahoro n’umunezero bitangwa na Mpwemu Yera.


Yesu amenye ko bagira baze ngo bamwimike ku nguvu nk’umwami, aca asubira ku musozi ari wenyene.


Kandi ndakwinginze imbere y’Imana, yo itanga ubuzima kuri bose, n’imbere ya Kristo Yesu yashinze intahe nziza imbere ya Pontiyo Pilato,


Wibaza ko ntari gushobora gusaba Data ubwo nyene akandungikira ingabo zirenga legiyono cumi na zibiri z’abamarayika bo kungwanira?


Yesu aramwishura ati: “Ni nde yangize umucamanza wanyu n’umuhagarikizi wo kubagaburira ivyanyu?”


Mwebwe muca imanza nk’abantu, ariko jewe nta n’umwe ncira urubanza.


Pilato aramwishura ati: “Ubona jewe ndi Umuyuda? Abo mu bwoko bwawe n’abakuru b’abaherezi banyu ni bo bakunzaniye. Wagirizwa iki?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite