Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

31 Pilato arababwira ati: “Nimumujane mwebwe nyene mumucire urubanza mukurikije amategeko yanyu.” Baramwishura bati: “Ntitwemerewe gucira umuntu urubanza rwo gupfa.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Nuko Pilato arababgira, ati Ni mumujane mwebge, mumucire urubanza nk’ukw ivyagezwe vyanyu bivuga. Abayuda baramwishura, bat’ Erega twebge ntitwemererwa kwica umuntu.

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:31
8 Referans Kwoze  

Barasemerera bati: “Napfe! Napfe! Nabambwe!” Pilato arababaza ati: “Mushaka ko mbamba umwami wanyu?” Abakuru b’abaherezi baramwishura bati: “Nta wundi mwami dufise atari Kayisari.”


Baramwishura bati: “Ntitwari kumukuzanira ata kimwagira.”


Ibi vyabaye kugira ngo bishitse ico Yesu yari yaravuze igihe yavuga urupfu yari agiye gupfa.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite