Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

30 Baramwishura bati: “Ntitwari kumukuzanira ata kimwagira.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

30 Baramwishura, bat’ Ugira ng’ uyu, iyaba atākoze ibibi tuba tumukuzaniye?

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:30
11 Referans Kwoze  

Imana ya Aburahamu, ya Isaka n’iya Yakobo, Imana ya ba sogokuruza, ni yo ishimagije umusavyi wayo Yesu, uwo mwatanze ngo yicwe, mukamwihakana imbere ya Pilato, naho we yari yahisemwo kumurekura.


Kuva ako kanya, Pilato agerageza kurekura Yesu, ariko abakuru b’Abayuda babandanya basemerera bati: “Niwarekura uwo muntu, ntuzoba ukiri umugenzi wa Kayisari. Umuntu wese yiyita umwami aba agararije Kayisari.”


ati: ‘Umwana w’Umuntu azotabwa mu maboko y’abanyavyaha, bamubambe ku musaraba. Ariko ku musi ugira gatatu azozuka mu bapfuye.’  ”


Maze abakuru b’abaherezi bamurega ibirego vyinshi.


Arababwira ati: “Ehe tuduze i Yerusalemu, aho Umwana w’Umuntu azotangwa agahabwa abakuru b’abaherezi n’abigisha b’ivyagezwe. Bazomucira urubanza rwo gupfa hanyuma bamushikirize Abanyamahanga,


Nuko Pilato arasohoka aja aho bari, arababaza ati: “Uwu muntu mumwagiriza iki?”


Pilato arababwira ati: “Nimumujane mwebwe nyene mumucire urubanza mukurikije amategeko yanyu.” Baramwishura bati: “Ntitwemerewe gucira umuntu urubanza rwo gupfa.”


gushika aho mbohwa nk’umwicanyi. Ariko ijambo ry’Imana ryo ntiribohwa.


Ntihakagire n’umwe muri mwebwe ababazwa ahorwa kuba umwicanyi, umusuma, guteza imigumuko, canke kwita mu vyo atajejwe.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite