Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Nuko Pilato arasohoka aja aho bari, arababaza ati: “Uwu muntu mumwagiriza iki?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Kubg’ ivyo Pilato arasohoka aja aho bari, arababaza, at’ Ikirego mufise kur’ uyu muntu n’igiki?

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:29
9 Referans Kwoze  

Ariko Pilato arababaza ati: “Kubera iki? Ni ikihe caha yakoze?” Ahubwo barushiriza gusemerera bati: “Nabambwe!”


Nababwiye ko bitari mu migenzo y’Abaroma gucira urubanza umuntu adahawe umwanya wo kuburana n’abamwitwariye ngo aronke akaryo ko kwiregura ku vyo bamwagiriza.


Baramwishura bati: “Ntitwari kumukuzanira ata kimwagira.”


Nuko Pilato asubira ku kirimba, ahamagara Yesu, aramubaza ati: “Uri Umwami w’Abayuda?”


Ni ivy’ukuri Herode na Pontiyo Pilato bifatanije n’Abanyamahanga hamwe n’ubwoko bwa Isirayeli bwo muri iki gisagara, kugira ngo bagwanye umusavyi wawe yera Yesu, uwo warobanuje amavuta.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite