Yohana 18:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Ico gihe, Simoni Petero yari agihagaze ha handi yota umuriro. Nuko baramubaza bati: “Wewe utegerezwa kuba uri umwe mu bigishwa biwe!” Na we arabihakana ati: “Sindi we.” Gade chapit laBibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Simoni Petero yar’ ahagaze yōta; nuko baramubaza, bati Mbega nawe uri mu bigishwa biwe? Na we arahakana, at’ Oya, sindimwo. Gade chapit la |