Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

22 Yesu ahejeje kuvuga ayo majambo, umwe mu barinzi bari bahagaze hafi yiwe amukubita urushi mu maso, aramubaza ati: “Uko ni ko wishura umuherezi mukuru?”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Avuze artyo, umwe mu bagendanyi ahagazeho akubita Yesu urushi, at’ Uko ni ko wishura umuherezi mukuru?

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:22
12 Referans Kwoze  

bamwegera kenshi bavuga bati: “Turagize bwakeye, mwami w’Abayuda!” Bongera bamukubita mu maso.


Bamwe batangura kumucirako; bamupfunga amaso, bamukubita ibipfunsi, bavuga bati: “Vugishwa, utubwire uwugukubise!” Hanyuma ba barinzi baca baramujana, bamukubita amakofe.


Nuko Yuda aja muri iryo tongo, ajanye n’umurwi w’abasoda n’abarinzi b’urusengero barungitswe n’abakuru b’abaherezi n’Abafarisayo. Bari bafise ibimuri, amatara n’ibigwanisho.


Ni kuki munsambisha? Nimubaze abanyumvirije; barazi ivyo navuze.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite