Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Ni kuki munsambisha? Nimubaze abanyumvirije; barazi ivyo navuze.”

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Umbarije iki? Baza abāhora bavyumva ico nababariye: erega ni bo bazi ivyo navuze.

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:21
7 Referans Kwoze  

Baramubaza bati: “Tubwire! Uri Kristo?” Yesu arabishura ati: “Naho nobibabwira ntimwovyemera,


Yesu aramubwira ati: “Imisi yose navuganye n’abantu bose ku mugaragaro. Nigishirije mu masinagogi no mu rusengero, aho abantu bakoranira. Nta kintu na kimwe navuze ninyegeje.


Yesu ahejeje kuvuga ayo majambo, umwe mu barinzi bari bahagaze hafi yiwe amukubita urushi mu maso, aramubaza ati: “Uko ni ko wishura umuherezi mukuru?”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite