Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

18 Kubera hari hakanye, abakozi n’abarinzi baciye bacana umuriro, bahagarara i ruhande yawo bota. Petero na we nyene ahagararana na bo yota.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Abashumba n’abagendanyi bāri bahagaze bacanye umuriro w’amakara, kuko hār’ imbeho, bariko barōta; kandi Petero na we yari kumwe na bo, ahagaze yōta.

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:18
16 Referans Kwoze  

Petero aguma amukurikira agendera kure inyuma, maze ashika mu rugo rw’umuherezi mukuru, aca yicarana n’abarinzi b’urugo, yota umuriro.


Ico gihe, Simoni Petero yari agihagaze ha handi yota umuriro. Nuko baramubaza bati: “Wewe utegerezwa kuba uri umwe mu bigishwa biwe!” Na we arabihakana ati: “Sindi we.”


Bururutse ubwato babona umuriro w’amakara wokejeko ifi, babona n’imikate.


Abonye Petero ariko arota, aramwihweza cane. Maze amubwira ati: “Na wewe wari kumwe na Yesu Umunyanazareti.”


Ntihagire uwubazimiza: “Abagenzi babi bonona ingeso z’umuntu.”


Petero na Yohana bamaze kurekurwa baca basubira aho bagenzi babo bari, babiganira ivyo abakuru b’abaherezi n’abashingantahe bababwiye.


Nuko arasenga cane, yuzuye umubabaro mwinshi, icuya ciwe gicika nk’amama y’amaraso atonyangira hasi.


Nuko Yuda aja muri iryo tongo, ajanye n’umurwi w’abasoda n’abarinzi b’urusengero barungitswe n’abakuru b’abaherezi n’Abafarisayo. Bari bafise ibimuri, amatara n’ibigwanisho.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite