Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

14 Kayafa ni we yari yahanuye abakuru b’Abayuda ababwira ko vyoba vyiza ko umuntu umwe apfira abantu.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kandi Kayafa ni we yari yagīriye inama Abayuda, yukw ar’ ibibereye k’umuntu umwe apfira ubgo bgoko.

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:14
4 Referans Kwoze  

Uwo mwanya, abakuru b’abaherezi hamwe n’abakuru b’Abayuda, bakoranira mu rugo rw’umuherezi mukuru Kayafa,


Aho twahataye umwanya munini, kandi kubandanya urugendo kwari nk’ukwiheba kuko hari inyuma y’umusi mukuru w’impongano. Pawulo arababurira ati:


Kubera bitari vyoroshe kumara muri ico kivuko igihe c’imbeho nyinshi cane cari kigiye kuza, benshi mu bari mu bwato bahitamwo ko twobandanya, kugira ngo bishobotse tumare ico gihe i Foyinike. Foyinike cari ikivuko c’i Kirete caraba mu bumanuko bushira uburengero no mu buraruko bushira uburengero.


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite