Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 18:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

1 Yesu ahejeje gusenga, ajabuka umwonga wa Kidironi ari kumwe n’abigishwa biwe, maze baja mw’itongo ryari hakurya.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

1 Yesu avuze ivyo, avanayo n’abigishwa biwe afata hakurya y’umugezi witwa Kidironi; aho hār’ itongo: ashikaho, bo n’abigishwa biwe.

Gade chapit la Kopi




Yohana 18:1
25 Referans Kwoze  

Nuko baja ahantu hitwa Getsemane, maze Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Nimube muricaye ngaha nanje nje gusenga.”


Hanyuma Yesu ajana n’abigishwa biwe ahantu hitwa Getsemane, arababwira ati: “Nimube muricaye ngaha nje harya gusenga.”


Umwe mu bagurano b’umuherezi mukuru yari incuti ya wa muntu Petero yaca ugutwi aramubwira ati: “Wewe sinakubonye uri kumwe na we muri rya tongo?”


ariko aje kugira ngo isi imenye ko nkunda Data kandi ko nkora nk’uko Data yantegetse. Nimuhaguruke, tugende.


Bahejeje kuririmba barasohoka baja ku Musozi wa Elayono.


Bahejeje kuririmba barasohoka, baja ku Musozi Elayono.


Ashitse aho turi, afata umukanda wa Pawulo, awibohesha amaboko n’amaguru, avuga ati: “Mpwemu Yera avuze ati: ‘Uku ni ko Abayuda b’i Yerusalemu bazoboha nyene uwu mukanda, hanyuma bamurekurire mu maboko y’Abanyamahanga.’ ”


Nimuvyuke tugende kuko uwangurishije arashitse.”


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite