Biblia Todo Logo
Bib sou entènèt

- Piblisite -




Yohana 16:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

4 Ibi ndabibabwiye kugira ngo nivyashika, muze mwibuke ko nari narabibabwiye. Icatumye ntabibabwira mu ntango ni uko nari nkiri kumwe namwe.

Gade chapit la Kopi

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Ico mbabaririye ivyo, n’ukugira ngw igihe cavyo ni cashika, muze muvyibuke ko nanje nabibabgiye. Uhereye ubga mbere sinaribgabibabgire, kuko nari nkiri kumwe namwe.

Gade chapit la Kopi




Yohana 16:4
15 Referans Kwoze  

Ibi ndabibabwiye bitaraba, kugira ngo nivyashika muze mwizere.


Nuko mube maso, kuko ndabibabwiye imbere y’uko bishika.


Ndabibabwiye bitaraba, kugira ngo nivyashika muze mwizere ko ndi uwo ndi we.


Yesu arabishura ati: “Mbega abatumire b’umukwe bogandara bakiri kumwe na we? Ariko hazogera aho umukwe abakurwamwo; ico gihe rero bazoheza bisonzeshe.


Yesu arabishura ati: “Mbega abatumire b’umukwe bokwisonzesha bakiri kumwe na we mu musi mukuru? Ntibishoboka!


Ehe raba ndabibabwiye imbere y’uko bishika.


kuko nzi ko vuba cane ngiye kuwamburwa, nk’uko Umwami Yesu Kristo yabimenyesheje.


Kandi jewe ubwanje nzomwereka imibabaro yose akwiye gucamwo ku bw’izina ryanje.”


Mugende muravuga ubu butumwa muti: ‘Ubwami bw’ijuru buri hafi.’


nk’uko twazishikirijwe n’abavyiboneye kuva bigitangura, ari na bo bamamaje Ubutumwa Bwiza.


Mbega ntimwibuka ko nkiri kumwe namwe ibi nahora ndabibabwira?


Swiv nou:

Piblisite


Piblisite